Matayo 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Humvikana kandi ijwi+ rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje+, umukundwa+, uwo nashimye+.” Yohani 6:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ntimukorere ibifungurwa bibora+, ahubwo mukorere ibifungurwa bigumaho ku bw’ubuzima budahera+, ivyo Umwana w’umuntu azobaha; kuko kuri uwo ari ho Data, Imana, yashize ikidodo c’ugushimwa+.” 2 Petero 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko yahawe n’Imana ari yo Data iteka n’ubuninahazwa+, hamwe amajambo nk’aya yayashikirizwa n’ubuninahazwa bw’agatangaza ngo: “Uyu ni umwana wanje, umukundwa wanje, uwo jewe nashimye+.”
17 Humvikana kandi ijwi+ rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje+, umukundwa+, uwo nashimye+.”
27 Ntimukorere ibifungurwa bibora+, ahubwo mukorere ibifungurwa bigumaho ku bw’ubuzima budahera+, ivyo Umwana w’umuntu azobaha; kuko kuri uwo ari ho Data, Imana, yashize ikidodo c’ugushimwa+.”
17 Kuko yahawe n’Imana ari yo Data iteka n’ubuninahazwa+, hamwe amajambo nk’aya yayashikirizwa n’ubuninahazwa bw’agatangaza ngo: “Uyu ni umwana wanje, umukundwa wanje, uwo jewe nashimye+.”