Itanguriro 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nzohezagira abaguhezagira, uwuguhamagarirako akabi nzomuvuma+, kandi imiryango yose yo ku butaka izokwihesha koko umuhezagiro biciye kuri wewe+.” Itanguriro 49:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+. Zaburi 22:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Impera zose z’isi zizokwibuka zigaruke kuri Yehova+.Kandi imiryango yose y’amahanga izokwunama imbere yawe+. Matayo 12:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Egome, izina ryiwe ni ryo amahanga azokwizigira+.”
3 Nzohezagira abaguhezagira, uwuguhamagarirako akabi nzomuvuma+, kandi imiryango yose yo ku butaka izokwihesha koko umuhezagiro biciye kuri wewe+.”
10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+.
27 Impera zose z’isi zizokwibuka zigaruke kuri Yehova+.Kandi imiryango yose y’amahanga izokwunama imbere yawe+.