Zaburi 22:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Impera zose z’isi zizokwibuka zigaruke kuri Yehova+.Kandi imiryango yose y’amahanga izokwunama imbere yawe+. Yesaya 24:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ni co gituma mu karere k’umuco+ bategerezwa kuninahaza Yehova+, mu mazinga y’ikiyaga baninahaze izina rya Yehova+, Imana ya Isirayeli. Abaroma 15:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 no kugira ngo amahanga+ aninahaze Imana kubera imbabazi zayo+. Nk’uko vyanditswe ngo: “Ni co gituma wewe nzokwemanga icese mu mahanga, kandi nzohibongoreza izina ryawe+.”
27 Impera zose z’isi zizokwibuka zigaruke kuri Yehova+.Kandi imiryango yose y’amahanga izokwunama imbere yawe+.
15 Ni co gituma mu karere k’umuco+ bategerezwa kuninahaza Yehova+, mu mazinga y’ikiyaga baninahaze izina rya Yehova+, Imana ya Isirayeli.
9 no kugira ngo amahanga+ aninahaze Imana kubera imbabazi zayo+. Nk’uko vyanditswe ngo: “Ni co gituma wewe nzokwemanga icese mu mahanga, kandi nzohibongoreza izina ryawe+.”