Gusubira mu vyagezwe 32:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ubu rero nimubone ko jewe ubwanje ndi we+Kandi nta zindi mana turi kumwe+.Ndica, nkabeshaho+.Narakomerekeje cane+, kandi ni jewe nzokiza+,Kandi nta wushikura mu kuboko kwanje+. 1 Samweli 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nayo Yehova, abanigana na we bazotekerwa n’ubwoba+;Azobaturagarira ari mw’ijuru+.Yehova ubwiwe azocira urubanza impera z’isi+,Kugira ngo ahe inkomezi umwami wiwe+,Kugira ngo ashire hejuru ihembe ry’uwo yarobanuje amavuta*+.”
39 Ubu rero nimubone ko jewe ubwanje ndi we+Kandi nta zindi mana turi kumwe+.Ndica, nkabeshaho+.Narakomerekeje cane+, kandi ni jewe nzokiza+,Kandi nta wushikura mu kuboko kwanje+.
10 Nayo Yehova, abanigana na we bazotekerwa n’ubwoba+;Azobaturagarira ari mw’ijuru+.Yehova ubwiwe azocira urubanza impera z’isi+,Kugira ngo ahe inkomezi umwami wiwe+,Kugira ngo ashire hejuru ihembe ry’uwo yarobanuje amavuta*+.”