Zaburi 19:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Itegeko+ rya Yehova ntirigira akanenge+, rihembura umuntu+.Icibutsa+ ca Yehova ni ico kwizigirwa+, gituma umuntu atazi utuntu n’utundi aba inkerebutsi+. Abaheburayo 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Kuko iri ari ryo sezerano nzosezerana n’inzu ya Isirayeli inyuma y’iyo misi,’ ni ko Yehova avuga. ‘Nzoshira amategeko yanje mu muzirikanyi wabo+, kandi nzoyandika mu mitima yabo. Kandi nzoba Imana yabo+, na bo bazoba abantu banje+.
7 Itegeko+ rya Yehova ntirigira akanenge+, rihembura umuntu+.Icibutsa+ ca Yehova ni ico kwizigirwa+, gituma umuntu atazi utuntu n’utundi aba inkerebutsi+.
10 “‘Kuko iri ari ryo sezerano nzosezerana n’inzu ya Isirayeli inyuma y’iyo misi,’ ni ko Yehova avuga. ‘Nzoshira amategeko yanje mu muzirikanyi wabo+, kandi nzoyandika mu mitima yabo. Kandi nzoba Imana yabo+, na bo bazoba abantu banje+.