ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Hoseya 9:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Nubutse kuri Isirayeli nk’uwubutse ku nzabibu mu gahinga+. Nabonye ba sogokuruza banyu nk’uwubonye insukoni ya kare ku giti c’umusukoni kigitangura kwama+. Bo bagiye kuri Bayali y’i Peyori+, biyegurira ico kintu c’akamaramaza+, maze baba abasesemye nk’ico kintu bakunda+.

  • 1 Abakorinto 9:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ni nde yigera akora nk’umusoda ku mahera yiwe bwite? Ni nde atera umurima w’imizabibu ntafungure ku vyo wamye+? Canke ni nde aragira ubusho ntafungure ku mata yabwo+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika