Yesaya 37:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 None rero, ewe Yehova Mana yacu+, dukize mu kuboko kwiwe+, kugira ngo ubwami bwose bwo mw’isi bumenye yuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Mana wenyene+.” Yesaya 46:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nimwibuke ivya mbere vya kera+, yuko ari je ndi Nyenubumana+ kandi ko ata yindi Mana iriho+, canke uwumeze nkanje+;
20 None rero, ewe Yehova Mana yacu+, dukize mu kuboko kwiwe+, kugira ngo ubwami bwose bwo mw’isi bumenye yuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Mana wenyene+.”
9 Nimwibuke ivya mbere vya kera+, yuko ari je ndi Nyenubumana+ kandi ko ata yindi Mana iriho+, canke uwumeze nkanje+;