Yobu 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Raba! Irashikura. Ni nde ashobora guhangana na yo?Ni nde yoyibwira ngo: ‘Ivyo ugira ni ibiki+?’ Yesaya 14:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko Yehova nyen’ingabo ubwiwe yabishinze+: none ni nde yobisambura+? Ukuboko kwiwe kuraramvuye: none ni nde yogusubiza inyuma+?
27 Kuko Yehova nyen’ingabo ubwiwe yabishinze+: none ni nde yobisambura+? Ukuboko kwiwe kuraramvuye: none ni nde yogusubiza inyuma+?