Gusubira mu vyagezwe 33:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze aba umwami i Yeshuruni+,Igihe abakuru b’ico gisata bakoranira hamwe+,Imiryango yose ya Isirayeli uko yakabaye+. Zaburi 74:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yamara Imana ni yo Mwami wanje kuva kera+,Umwe ashitsa ubukiriro buhambaye hagati mw’isi+. Yesaya 33:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko Yehova ari we Mucamanza+ wacu, Yehova ni we adushingira ivyagezwe+, Yehova ni we Mwami wacu+; ubwiwe azodukiza+. Ivyahishuwe 11:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 bati: “Turagukengurukiye+, Yehova Mana, Mushoboravyose+, Uwuriho+ kandi yariho, kuko ufashe ububasha bwawe bukomeye+ ugatangura kuganza+.
5 Maze aba umwami i Yeshuruni+,Igihe abakuru b’ico gisata bakoranira hamwe+,Imiryango yose ya Isirayeli uko yakabaye+.
22 Kuko Yehova ari we Mucamanza+ wacu, Yehova ni we adushingira ivyagezwe+, Yehova ni we Mwami wacu+; ubwiwe azodukiza+.
17 bati: “Turagukengurukiye+, Yehova Mana, Mushoboravyose+, Uwuriho+ kandi yariho, kuko ufashe ububasha bwawe bukomeye+ ugatangura kuganza+.