Yesaya 14:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ntuzoja hamwe na bo mu mva, kuko watikije igihugu cawe, ukica abantu bawe. Uruvyaro rw’inkozi z’ikibi ntiruzovugwa, gushika igihe kitagira urugero+. Yeremiya 51:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 “Nibamara gushwangamuka nzotegura inzimano zabo kandi nzobaboreza kugira ngo bigine+; bazosinzira itiro ryamaho gushika igihe kitagira urugero, iryo batazokwikangura ngo barivemwo+,” ni ko Yehova avuze.
20 Ntuzoja hamwe na bo mu mva, kuko watikije igihugu cawe, ukica abantu bawe. Uruvyaro rw’inkozi z’ikibi ntiruzovugwa, gushika igihe kitagira urugero+.
39 “Nibamara gushwangamuka nzotegura inzimano zabo kandi nzobaboreza kugira ngo bigine+; bazosinzira itiro ryamaho gushika igihe kitagira urugero, iryo batazokwikangura ngo barivemwo+,” ni ko Yehova avuze.