ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 95:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mu kiringo c’imyaka mirongo ine, nagumye numva nshishwe n’iryo yaruka+,

      Ndaheza mvuga nti:

      “Ni abantu b’umutima wigira ibiro biteze+,

      Kandi bo ubwabo ntibamenye inzira zanje+”;

  • Yesaya 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Imboneko z’ukwezi zanyu n’ibiringo vy’imisi mikuru vyanyu, ndavyanka+. Vyambereye umuzigo+; naruhijwe no kuvyihanganira+.

  • Malaki 2:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Iki ni co kigira kabiri mukora, kandi ico bivamwo ng’iki: igicaniro ca Yehova kiradengerezwa amosozi, amarira be n’iminiho, ku buryo ata shikanwa ryongera kurabwa ryiza canke ngo hagire ikintu na kimwe kivuye mu kuboko kwanyu gishimwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika