Yobu 40:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Enda kenyera mu kiyunguyungu, nk’umuntu w’umugabo+;Ndakubaza, nawe umbwire+. Luka 10:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Mugabo nya muntu ashaka kwiyerekana ko ari umugororotsi, abwira Yezu ati: “None mugenzanje ni nde+?”
29 Mugabo nya muntu ashaka kwiyerekana ko ari umugororotsi, abwira Yezu ati: “None mugenzanje ni nde+?”