Gusubira mu vyagezwe 32:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Aho Yeshuruni*+ atanguriye kudoha, ni ho yaciye atera imigere+.Waradoshe, warakakamye, waradigamwe+.Yaciye aheba Imana, ari yo yamuremye+Asuzugura Igitandara+ c’ubukiriro bwiwe. Gusubira mu vyagezwe 33:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze aba umwami i Yeshuruni+,Igihe abakuru b’ico gisata bakoranira hamwe+,Imiryango yose ya Isirayeli uko yakabaye+. Gusubira mu vyagezwe 33:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nta n’umwe ameze nka ya Mana y’ukuri+ y’i Yeshuruni+,Imwe igendera kw’ijuru kugira igutabare+No ku majuru yuzuye ibicu mu bukuru bwayo+.
15 Aho Yeshuruni*+ atanguriye kudoha, ni ho yaciye atera imigere+.Waradoshe, warakakamye, waradigamwe+.Yaciye aheba Imana, ari yo yamuremye+Asuzugura Igitandara+ c’ubukiriro bwiwe.
5 Maze aba umwami i Yeshuruni+,Igihe abakuru b’ico gisata bakoranira hamwe+,Imiryango yose ya Isirayeli uko yakabaye+.
26 Nta n’umwe ameze nka ya Mana y’ukuri+ y’i Yeshuruni+,Imwe igendera kw’ijuru kugira igutabare+No ku majuru yuzuye ibicu mu bukuru bwayo+.