ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 10:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Genda mutabaze imana+ mwatoye+. Nizibe ari zo zibakiza mu gihe c’amarushwa yanyu.”

  • 1 Abami 18:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Nuko batora nya kimasa abahaye. Maze baragitegura, hanyuma baguma bambaza izina rya Bayali kuva mu gitondo gushika ku mutaga, bavuga bati: “Ewe Bayali, nutwishure!” Mugabo ntihagira ijwi ryumvikana+, kandi ntihagira uwishura+. Baguma bacumbagira irya n’ino y’igicaniro bari bakoze.

  • 1 Abakorinto 8:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika