1 Samweli 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Abanyashidodi bavyuka kare ku musi ukurikira, basanga Dagoni yaguye yubamye imbere y’isandugu ya Yehova+. Nuko batora Dagoni, bayisubiza mu kibanza cayo+. 1 Samweli 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Abantu b’i Ashidodi babona ko vyifashe gutyo, maze bavuga bati: “Ntitureke ngo isandugu y’Imana ya Isirayeli ibane natwe, kuko ukuboko kwayo kwatumereye nabi kukamerera nabi na Dagoni imana yacu+.” Yesaya 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kuko bazomaramazwa n’ibiti vy’ibinyabushobozi mwipfuje+, kandi muzoteterwa kubera imirima mwahisemwo+.
3 Maze Abanyashidodi bavyuka kare ku musi ukurikira, basanga Dagoni yaguye yubamye imbere y’isandugu ya Yehova+. Nuko batora Dagoni, bayisubiza mu kibanza cayo+.
7 Abantu b’i Ashidodi babona ko vyifashe gutyo, maze bavuga bati: “Ntitureke ngo isandugu y’Imana ya Isirayeli ibane natwe, kuko ukuboko kwayo kwatumereye nabi kukamerera nabi na Dagoni imana yacu+.”
29 Kuko bazomaramazwa n’ibiti vy’ibinyabushobozi mwipfuje+, kandi muzoteterwa kubera imirima mwahisemwo+.