Zaburi 98:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimwihe akaruru k’intsinzi mukerekeza kuri Yehova, yemwe abo kw’isi mwese+!Nimugire akamwemwe, mwihe akamo k’umunezero, muhibongoze+. Yesaya 41:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 wewe uwo nafashe nkagukura ku mpera z’isi+, wewe uwo nahamagaye nkagukura mu mihingo yayo ya kure+. Ndaheza nkubwira nti: ‘Uri umusavyi wanje+; naragutoye+, sinagutaye+. Yesaya 42:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ririmbire Yehova ururirimbo rushasha+, ishemezo ryiwe kuva ku mpera y’isi+, mwebwe abamanuka ku kiyaga+ no ku bicuzuye, mwebwe mazinga namwe abayabamwo+!
4 Nimwihe akaruru k’intsinzi mukerekeza kuri Yehova, yemwe abo kw’isi mwese+!Nimugire akamwemwe, mwihe akamo k’umunezero, muhibongoze+.
9 wewe uwo nafashe nkagukura ku mpera z’isi+, wewe uwo nahamagaye nkagukura mu mihingo yayo ya kure+. Ndaheza nkubwira nti: ‘Uri umusavyi wanje+; naragutoye+, sinagutaye+.
10 Ririmbire Yehova ururirimbo rushasha+, ishemezo ryiwe kuva ku mpera y’isi+, mwebwe abamanuka ku kiyaga+ no ku bicuzuye, mwebwe mazinga namwe abayabamwo+!