ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Maze Imana ivuga+ iti: “Nihabeho umuco.” Nuko habaho umuco+.

  • Zaburi 8:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Iyo mbonye amajuru yawe, ibikorwa vy’intoke zawe+,

      Ukwezi n’inyenyeri wateguye+,

  • Yeremiya 31:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Ibi ni vyo Yehova, Umwe atanga izuba ngo ritange umuco ku murango+, agatanga ivyagezwe+ biganza ukwezi+ n’inyenyeri ngo bitange umuco mw’ijoro+, Umwe avyura ikiyaga kugira ngo imipfunda yaco isebagirike+, Umwe yitwa Yehova nyen’ingabo+, avuze,

  • Yakobo 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ingabirano nziza yose+ be n’impano yose itagira akanenge iva hejuru+, kuko imanuka iva kuri Se w’imico yo mw’ijuru+, kandi kuri we ntihaba uguhinduka kw’izunguruka ry’igitutu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika