Abaheburayo 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo ku bijanye n’Umwana wayo, ngo: “Imana ni yo ntebe yawe y’ubwami ibihe bitazoshira+, kandi agakoni k’ubutware k’ubwami+ bwawe ni agakoni k’ukugororoka+.
8 Mugabo ku bijanye n’Umwana wayo, ngo: “Imana ni yo ntebe yawe y’ubwami ibihe bitazoshira+, kandi agakoni k’ubutware k’ubwami+ bwawe ni agakoni k’ukugororoka+.