ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 111:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Ashigikiwe ibihe bidahera, gushika igihe kitagira urugero+,

      ע [ʽAyini]

      Yatunganijwe mu kuri no mu kugororoka+.

  • Zaburi 119:137
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 137 Uri umugororotsi, ewe Yehova+,

      Kandi ingingo zawe z’ubutungane ziragororotse+.

  • Imigani 8:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nimwumvirize, kuko mvuga ibintu bihambaye kuruta ibindi vyose+, ngateranura iminwa yanje ngo mvuge ukugororoka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika