Gusubira mu vyagezwe 4:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Kandi urazi neza uno musi, kandi wibuke mu mutima wawe yuko Yehova ari we Mana y’ukuri mu majuru hejuru no kw’isi hasi+. Nta yindi iriho+. Yoweli 2:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kandi muzobwirizwa kumenya yuko ndi hagati muri Isirayeli+, be n’uko jewe ndi Yehova Imana yanyu kandi ko ata wundi ariho+. Kandi abantu banje ntaho bazomaramara, gushika igihe kitagira urugero.
39 Kandi urazi neza uno musi, kandi wibuke mu mutima wawe yuko Yehova ari we Mana y’ukuri mu majuru hejuru no kw’isi hasi+. Nta yindi iriho+.
27 Kandi muzobwirizwa kumenya yuko ndi hagati muri Isirayeli+, be n’uko jewe ndi Yehova Imana yanyu kandi ko ata wundi ariho+. Kandi abantu banje ntaho bazomaramara, gushika igihe kitagira urugero.