ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 14:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Iyo nsohotse nkaja mu gahinga, ndahasanga abagandaguwe n’inkota+! Ninjira mu gisagara na ho, nkahasanga indwara ziturutse ku kigoyi+! Kuko umuhanuzi n’umuherezi banyuragiye mu gihugu batazi+.’”

  • Gucura intimba 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Abagandaguwe n’inkota+ bobo vyopfuma kurusha abagandaguwe n’ikigoyi+,

      Kuko bano bagwabira, batobekeranijwe n’ukubura ivyimburwa vyo mu murima.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika