Zaburi 41:1 Bibiliya y’isi nshasha 41 Hahiriwe uwitwararika umuntu mutoyi+.Ku musi w’ivyago Yehova azomukiza+. Zaburi 116:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo nambaje izina rya Yehova+ nti:“Aaa! Yehova we, kiza ubuzima bwanje+!”