Kuvayo 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuri ivyo avuga ati: “Ejo.” Na we ati: “Bizoba nk’uko ijambo ryawe rivuze, kugira umenye ko ata wundi ariho ameze nka Yehova Imana yacu+, Kuvayo 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ni nde mu mana ameze nkawe ga Yehova+?Ni nde ameze nkawe, wewe werekana ko ukomeye mu bweranda+? Uwo gutinya+ no gushemeza mu ndirimbo+, Uwukora ibitangaza+. Zaburi 113:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ni nde ameze nka Yehova Imana yacu+,We yibera iyo hejuru+? Yesaya 40:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Ariko mwonsanisha na nde ngo tube abangana?”, ni ko wa Mweranda avuga+. Yeremiya 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nta n’umwe ameze nkawe mu buryo na bumwe, ewe Yehova+! Urahambaye, kandi izina ryawe rirahambaye mu bushobozi+.
10 Kuri ivyo avuga ati: “Ejo.” Na we ati: “Bizoba nk’uko ijambo ryawe rivuze, kugira umenye ko ata wundi ariho ameze nka Yehova Imana yacu+,
11 Ni nde mu mana ameze nkawe ga Yehova+?Ni nde ameze nkawe, wewe werekana ko ukomeye mu bweranda+? Uwo gutinya+ no gushemeza mu ndirimbo+, Uwukora ibitangaza+.
6 Nta n’umwe ameze nkawe mu buryo na bumwe, ewe Yehova+! Urahambaye, kandi izina ryawe rirahambaye mu bushobozi+.