Ezekiyeli 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Niyabibona+ maze agahindukira akava mu bigabitanyo vyiwe vyose yakoze+, ntazobura kubandanya kubaho. Ntazopfa+.
28 Niyabibona+ maze agahindukira akava mu bigabitanyo vyiwe vyose yakoze+, ntazobura kubandanya kubaho. Ntazopfa+.