ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:63
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 63 “Kandi nk’uko nyene Yehova yahimbawe no kubakorera ivyiza no kubagwiza+, ni ko Yehova azohimbarwa no kubarandura no kubazimanganya+; muzorandurwa ku butaka mugiye kwigarurira+.

  • Imigani 27:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ukuzimu be n’ikibanza c’agatikizo+ ntibihaga+; eka n’amaso y’umuntu ntahaga+.

  • Habakuki 2:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Egome, kubera ko umuvinyu ari igihemu+, umuntu w’umugabo arishima+; uwaguye icipfuzo ciwe nk’ukuzimu, akaba kandi ameze nk’urupfu, akaba adashobora guhaga+, ntazoshika kw’ihangiro ryiwe+. Aguma yiyegeranirizako amahanga yose yongera yikoranirizako ibisata vy’abantu vyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika