Kuvayo 11:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kandi imfura yose+ yo mu gihugu ca Misiri itegerezwa gupfa, uhereye ku mfura ya Farawo yicaye ku ntebe y’ubwami yiwe ugashika ku mfura y’umusukukazi ari ku rusyo rw’amaboko, n’ic’uburiza cose c’igikoko+. Matayo 24:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 abagore babiri bazoba bariko barasyera ku rusyo rw’amaboko+: umwe azojanwa, uwundi na we arekwe+.
5 kandi imfura yose+ yo mu gihugu ca Misiri itegerezwa gupfa, uhereye ku mfura ya Farawo yicaye ku ntebe y’ubwami yiwe ugashika ku mfura y’umusukukazi ari ku rusyo rw’amaboko, n’ic’uburiza cose c’igikoko+.