2 Abami 25:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze umwami wa Babiloni arabagarika+, abicira i Ribula mu gihugu ca Hamati+. Gutyo Yuda ija mu bunyagano ivuye ku butaka bwayo+. Yeremiya 52:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze inteko za gisirikare z’Abakaludaya zose zari kumwe na nya mukuru w’abacungera ubuzima zisiturira hasi impome zose za Yeruzalemu, impande zose+.
21 Maze umwami wa Babiloni arabagarika+, abicira i Ribula mu gihugu ca Hamati+. Gutyo Yuda ija mu bunyagano ivuye ku butaka bwayo+.
14 Maze inteko za gisirikare z’Abakaludaya zose zari kumwe na nya mukuru w’abacungera ubuzima zisiturira hasi impome zose za Yeruzalemu, impande zose+.