Abacamanza 17:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ku bw’ivyo Mika avuga ati: “Ubu ndamenye koko yuko Yehova azongirira neza, kuko uwu Mulewi ambereye umuherezi+.” Yeremiya 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Turakwinginze udusigurize Yehova+, kuko Nebukadirezari umwami wa Babiloni aduteye+. Hari aho Yehova yotugirira nk’uko ibikorwa vyiwe vyose vy’agatangaza biri, akagenda akatuviraho+.” Abaroma 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nimba rero witwa Umuyuda+ ukaba wishimikiza itegeko+ kandi ukishimira Imana yawe+,
13 Ku bw’ivyo Mika avuga ati: “Ubu ndamenye koko yuko Yehova azongirira neza, kuko uwu Mulewi ambereye umuherezi+.”
2 “Turakwinginze udusigurize Yehova+, kuko Nebukadirezari umwami wa Babiloni aduteye+. Hari aho Yehova yotugirira nk’uko ibikorwa vyiwe vyose vy’agatangaza biri, akagenda akatuviraho+.”