Yeremiya 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Muturi wa Yakobo+ ntameze nk’ivyo bintu, kuko ari we Mubumvyi w’ibintu vyose+, kandi Isirayeli ni we nkoni y’intoranwa yiwe+. Yehova nyen’ingabo ni ryo zina ryiwe+.
16 Muturi wa Yakobo+ ntameze nk’ivyo bintu, kuko ari we Mubumvyi w’ibintu vyose+, kandi Isirayeli ni we nkoni y’intoranwa yiwe+. Yehova nyen’ingabo ni ryo zina ryiwe+.