Luka 1:70 Bibiliya y’isi nshasha 70 nk’uko yavuze biciye mu kanwa k’abahanuzi beranda biwe ba kera+ Abaheburayo 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Imana, iyavuganye kera mu bihe vyinshi+ no mu buryo bwinshi na ba sogokuruza bacu biciye ku bahanuzi+,
1 Imana, iyavuganye kera mu bihe vyinshi+ no mu buryo bwinshi na ba sogokuruza bacu biciye ku bahanuzi+,