Zaburi 40:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Naravuze inkuru nziza y’ubugororotsi mw’ishengero rinini+.Ehe iminwa yanje sindayitangira+.Ewe Yehova, wewe ubwawe ivyo urabizi neza+. Yesaya 43:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Muri ivyabona vyanje+,” ni ko Yehova avuze, “mbere umusavyi wanje natoye+, kugira ngo mumenye+ kandi munyizere+, no kugira ngo mutegere ko ndi wa wundi nyene+. Imbere yanje nta Mana yabumbwe+, kandi inyuma yanje nta yigeze ihaba+.
9 Naravuze inkuru nziza y’ubugororotsi mw’ishengero rinini+.Ehe iminwa yanje sindayitangira+.Ewe Yehova, wewe ubwawe ivyo urabizi neza+.
10 “Muri ivyabona vyanje+,” ni ko Yehova avuze, “mbere umusavyi wanje natoye+, kugira ngo mumenye+ kandi munyizere+, no kugira ngo mutegere ko ndi wa wundi nyene+. Imbere yanje nta Mana yabumbwe+, kandi inyuma yanje nta yigeze ihaba+.