Nehemiya 9:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mu mbabazi zawe nyinshi ntiwabatikije+ canke ngo ubahebe+; kuko uri Imana y’inyempuhwe+ kandi y’inyembabazi+. Zaburi 78:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Mugabo yari inyembabazi+; yarapfuka ikosa+, ntihonye+.Kenshi yarasubiza inyuma ishavu ryayo+,Kandi ntiyavyura ubushangashirwe bwayo bwose.
31 Mu mbabazi zawe nyinshi ntiwabatikije+ canke ngo ubahebe+; kuko uri Imana y’inyempuhwe+ kandi y’inyembabazi+.
38 Mugabo yari inyembabazi+; yarapfuka ikosa+, ntihonye+.Kenshi yarasubiza inyuma ishavu ryayo+,Kandi ntiyavyura ubushangashirwe bwayo bwose.