Yesaya 1:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nzogarukana ukuboko kwanje kuri wewe, kandi nzoshongesha inkamba zawe nk’aho noba nkoresheje umuti w’umumesuzi, kandi nzokuraho ibicafu vyawe vyose+. Yeremiya 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ibi rero ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ehe ngira ndabayaze, kandi mbwirizwa kubasuzuma+, kuko, mbega hari ukundi nogira kubera umukobwa w’abantu banje+?
25 Nzogarukana ukuboko kwanje kuri wewe, kandi nzoshongesha inkamba zawe nk’aho noba nkoresheje umuti w’umumesuzi, kandi nzokuraho ibicafu vyawe vyose+.
7 Ibi rero ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ehe ngira ndabayaze, kandi mbwirizwa kubasuzuma+, kuko, mbega hari ukundi nogira kubera umukobwa w’abantu banje+?