2 Ngoma 36:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yehova Imana ya ba sekuruza babo aguma abarungikira imburi biciye ku ntumwa ziwe+, akazirungika incuro n’izindi, kuko yumvira impuhwe abantu biwe+ n’aho aba+. Abaroma 9:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Vyongeye, Yesaya arasemerera ku vyerekeye Isirayeli ati: “Naho igitigiri ca bene Isirayeli coba nk’umusenyi w’ikiyaga+, amasigarira ni yo azokizwa+. Abaroma 10:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo Yesaya aratinyuka cane akavuga ati: “Naronketse ku batariko bandondera+; nabonetse ku batariko babaza ivyanje+.”
15 Yehova Imana ya ba sekuruza babo aguma abarungikira imburi biciye ku ntumwa ziwe+, akazirungika incuro n’izindi, kuko yumvira impuhwe abantu biwe+ n’aho aba+.
27 Vyongeye, Yesaya arasemerera ku vyerekeye Isirayeli ati: “Naho igitigiri ca bene Isirayeli coba nk’umusenyi w’ikiyaga+, amasigarira ni yo azokizwa+.
20 Mugabo Yesaya aratinyuka cane akavuga ati: “Naronketse ku batariko bandondera+; nabonetse ku batariko babaza ivyanje+.”