Yesaya 43:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Muri ivyabona vyanje+,” ni ko Yehova avuze, “mbere umusavyi wanje natoye+, kugira ngo mumenye+ kandi munyizere+, no kugira ngo mutegere ko ndi wa wundi nyene+. Imbere yanje nta Mana yabumbwe+, kandi inyuma yanje nta yigeze ihaba+. Matayo 24:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 “None ni nde mushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge+ shebuja yashinze abakozi biwe bo mu nzu, kugira abahe ibifungurwa vyabo ku gihe kibereye+?
10 “Muri ivyabona vyanje+,” ni ko Yehova avuze, “mbere umusavyi wanje natoye+, kugira ngo mumenye+ kandi munyizere+, no kugira ngo mutegere ko ndi wa wundi nyene+. Imbere yanje nta Mana yabumbwe+, kandi inyuma yanje nta yigeze ihaba+.
45 “None ni nde mushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge+ shebuja yashinze abakozi biwe bo mu nzu, kugira abahe ibifungurwa vyabo ku gihe kibereye+?