Zaburi 35:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Vyuka, wikangurire urubanza rwanje+,Ewe Mana yanje, wewe Yehova, wikangurire imburano zanje+. Zaburi 140:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ndazi neza ko Yehova azoshitsa+Imburano z’umurushwa, urubanza rw’aboro+.