Abaroma 11:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 kandi muri ubwo buryo Isirayeli+ yose izokizwa. Nk’uko vyanditswe ngo: “Umurokozi azova i Siyoni+ akure kuri Yakobo imigenzo yo kutibanga Imana+. Abaroma 15:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko mvuga yuko Kristu mu vy’ukuri yacitse umusuku+ w’abagenyerewe+ ku bw’ukuri kw’Imana+, kugira ngo yemeze imihango+ Imana yahaye ba sekuruza babo,
26 kandi muri ubwo buryo Isirayeli+ yose izokizwa. Nk’uko vyanditswe ngo: “Umurokozi azova i Siyoni+ akure kuri Yakobo imigenzo yo kutibanga Imana+.
8 Kuko mvuga yuko Kristu mu vy’ukuri yacitse umusuku+ w’abagenyerewe+ ku bw’ukuri kw’Imana+, kugira ngo yemeze imihango+ Imana yahaye ba sekuruza babo,