Itanguriro 22:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 avuga ati: “‘Emwe, ndirahiye jewe ubwanje,’ ni ko Yehova avuze+, ‘yuko, ko wakoze ico kintu ntiwimane umuhungu wawe, umwana wawe rudende+, Abaheburayo 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko igihe Imana yaha umuhango wayo Aburahamu+, kubera ko itashobora kurahira uwundi muntu n’umwe ayiruta, yarirahiye+ yo ubwayo,
16 avuga ati: “‘Emwe, ndirahiye jewe ubwanje,’ ni ko Yehova avuze+, ‘yuko, ko wakoze ico kintu ntiwimane umuhungu wawe, umwana wawe rudende+,
13 Kuko igihe Imana yaha umuhango wayo Aburahamu+, kubera ko itashobora kurahira uwundi muntu n’umwe ayiruta, yarirahiye+ yo ubwayo,