Mika 7:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Bazorigata umukungugu nk’inzoka+; bazosohoka bavuye mu bibambazi vyabo nk’ibinyogomba vyo kw’isi bahinda agashitsi+. Bazoza kuri Yehova Imana yacu badegedwa, kandi bazogutinya+.”
17 Bazorigata umukungugu nk’inzoka+; bazosohoka bavuye mu bibambazi vyabo nk’ibinyogomba vyo kw’isi bahinda agashitsi+. Bazoza kuri Yehova Imana yacu badegedwa, kandi bazogutinya+.”