Itanguriro 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Sara aribungenga+, araheza avyarira umuhungu Aburahamu mu busaza bwiwe kuri ca gihe cashinzwe Imana yari yaramubwiye+.
2 Sara aribungenga+, araheza avyarira umuhungu Aburahamu mu busaza bwiwe kuri ca gihe cashinzwe Imana yari yaramubwiye+.