ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 12:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nuko Yehova abwira Aburamu ati: “Va mu gihugu cawe no mu ncuti zawe no mu nzu ya so, uje mu gihugu nzokwereka+;

  • Itanguriro 15:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Aburamu na we avuga ati: “Mukama Segaba Yehova, uzompa iki, ko ndiko ndagenda ata kana nsize, uwuzokwegukira inzu yanje akaba ari Eliyezeri+ umuntu w’i Damasiko?”

  • Nehemiya 9:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Uri Yehova Imana y’ukuri yatoye Aburamu+ ikamukura i Uri h’Abakaludaya+ maze izina ryiwe ikarigira Aburahamu+.

  • Ezekiyeli 33:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “Mwana w’umuntu, ababa muri ibi bibanza vyatikijwe+ bavuga ku bijanye n’ubutaka bwa Isirayeli ngo: ‘Aburahamu yari umwe gusa, yamara yarigaruriye igihugu+. Ariko tweho turi benshi; igihugu twaragihawe nk’ikintu co kwigabira+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika