Zaburi 69:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Iceyi cavunye umutima wanje, kandi igikomere ntigikira+.Naguma nizigiye ko hagira uwunyumvira ikibabarwe, mugabo ntihaboneka n’umwe+;Naguma nizigiye ko haba abahoza, mugabo sinaronka n’umwe+.
20 Iceyi cavunye umutima wanje, kandi igikomere ntigikira+.Naguma nizigiye ko hagira uwunyumvira ikibabarwe, mugabo ntihaboneka n’umwe+;Naguma nizigiye ko haba abahoza, mugabo sinaronka n’umwe+.