Ezekiyeli 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi nzosanza vy’ukuri urusenga rwanje hejuru yiwe, afatirwe mu rusenga rwanje rw’uruhigi+; nzomuzana i Babiloni, mu gihugu c’Abakaludaya+, mugabo ntazokibona; kandi aho ni ho azopfira+. Ezekiyeli 17:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nzosanza urusenga rwanje hejuru yiwe, kandi ntazobura gufatwa mu rusenga rwanje rw’uruhigi+; kandi nzomuzana i Babiloni, mburanireyo na we ku bijanye n’ubuhemu yangiriye+.
13 Kandi nzosanza vy’ukuri urusenga rwanje hejuru yiwe, afatirwe mu rusenga rwanje rw’uruhigi+; nzomuzana i Babiloni, mu gihugu c’Abakaludaya+, mugabo ntazokibona; kandi aho ni ho azopfira+.
20 Nzosanza urusenga rwanje hejuru yiwe, kandi ntazobura gufatwa mu rusenga rwanje rw’uruhigi+; kandi nzomuzana i Babiloni, mburanireyo na we ku bijanye n’ubuhemu yangiriye+.