Yesaya 54:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Ivyo ni nk’imisi ya Nowa kuri jewe+. Nk’uko narahiye yuko amazi ya Nowa atazokwongera guca hejuru y’isi+, ni ko narahiye yuko ntazokurakarira canke ngo nguhambarire+. Yesaya 62:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova yararahiye n’ukuryo kwiwe+ be n’ukuboko kwiwe gukomeye+ ati: “Sinzokwongera gutanga intete zawe ngo zibere ibifungurwa abansi bawe+, eka n’abanyamahanga ntibazonywa umuvinyu wawe mushasha+ wacumukuriye.
9 “Ivyo ni nk’imisi ya Nowa kuri jewe+. Nk’uko narahiye yuko amazi ya Nowa atazokwongera guca hejuru y’isi+, ni ko narahiye yuko ntazokurakarira canke ngo nguhambarire+.
8 Yehova yararahiye n’ukuryo kwiwe+ be n’ukuboko kwiwe gukomeye+ ati: “Sinzokwongera gutanga intete zawe ngo zibere ibifungurwa abansi bawe+, eka n’abanyamahanga ntibazonywa umuvinyu wawe mushasha+ wacumukuriye.