Nehemiya 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ico gihe abaganwa+ b’abantu baba i Yeruzalemu+; mugabo ku bijanye n’abantu basigaye, hapfindwa ubupfindo+ kugira ngo umwe kuri cumicumi azanwe kuba i Yeruzalemu igisagara ceranda+, icenda basigaye na bo babe mu bindi bisagara. Zaburi 48:1 Bibiliya y’isi nshasha 48 Yehova arahambaye kandi ni uwo gushemezwa cane+Mu gisagara c’Imana yacu+, ku musozi wayo mweranda+. Matayo 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze Shetani amujana mu gisagara ceranda+, amushira hejuru ku gakuta k’ikirindiro k’urusengero,
11 Ico gihe abaganwa+ b’abantu baba i Yeruzalemu+; mugabo ku bijanye n’abantu basigaye, hapfindwa ubupfindo+ kugira ngo umwe kuri cumicumi azanwe kuba i Yeruzalemu igisagara ceranda+, icenda basigaye na bo babe mu bindi bisagara.
48 Yehova arahambaye kandi ni uwo gushemezwa cane+Mu gisagara c’Imana yacu+, ku musozi wayo mweranda+.