Gusubira mu vyagezwe 33:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze aba umwami i Yeshuruni+,Igihe abakuru b’ico gisata bakoranira hamwe+,Imiryango yose ya Isirayeli uko yakabaye+. Zaburi 93:1 Bibiliya y’isi nshasha 93 Yehova ubwiwe acitse umwami+!Yambaye ubukuru+;Yehova arambaye, emwe, akenyeye inkomezi+.Ubutaka bwimbuka na bwo burashimangiwe ku buryo budashobora kunyiganyizwa+. Yesaya 33:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko Yehova ari we Mucamanza+ wacu, Yehova ni we adushingira ivyagezwe+, Yehova ni we Mwami wacu+; ubwiwe azodukiza+. Mika 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uwacumbagira nzomugira amasigarira+, n’uwari yarirukaniwe kure ndamugire ihanga rikomeye+; kandi Yehova azobaganza ku musozi Siyoni, guhera ubu gushika igihe kitagira urugero+. Ivyahishuwe 11:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 bati: “Turagukengurukiye+, Yehova Mana, Mushoboravyose+, Uwuriho+ kandi yariho, kuko ufashe ububasha bwawe bukomeye+ ugatangura kuganza+.
5 Maze aba umwami i Yeshuruni+,Igihe abakuru b’ico gisata bakoranira hamwe+,Imiryango yose ya Isirayeli uko yakabaye+.
93 Yehova ubwiwe acitse umwami+!Yambaye ubukuru+;Yehova arambaye, emwe, akenyeye inkomezi+.Ubutaka bwimbuka na bwo burashimangiwe ku buryo budashobora kunyiganyizwa+.
22 Kuko Yehova ari we Mucamanza+ wacu, Yehova ni we adushingira ivyagezwe+, Yehova ni we Mwami wacu+; ubwiwe azodukiza+.
7 Uwacumbagira nzomugira amasigarira+, n’uwari yarirukaniwe kure ndamugire ihanga rikomeye+; kandi Yehova azobaganza ku musozi Siyoni, guhera ubu gushika igihe kitagira urugero+.
17 bati: “Turagukengurukiye+, Yehova Mana, Mushoboravyose+, Uwuriho+ kandi yariho, kuko ufashe ububasha bwawe bukomeye+ ugatangura kuganza+.