ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 10:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Maze Musa abarira Aroni ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Mu bo hafi yanje+ ninēzwe+, kandi mu maso y’abantu bose nininahazwe+.’” Aroni na we aguma acereje.

  • Guharura 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Baze bitwararike ibikoresho vyose+ vy’ihema ry’ihuriro, egome, ico bene Isirayeli basabwa, mu gushitsa igikorwa c’itaberenakulo+.

  • Ezira 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Vyongeye, Umwami Kuro ubwiwe asohora ibikoresho vyo mu nzu ya Yehova+, ivyo Nebukadinezari yari yarakuye i Yeruzalemu+ akabishira mu nzu y’imana yiwe+.

  • Ezira 8:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Nuko abaherezi n’Abalewi bakira izo feza n’izo nzahabu n’ivyo bikoresho nk’uko uburemere bwavyo bwangana, kugira ngo babijane i Yeruzalemu ku nzu y’Imana yacu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika