Matayo 26:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Maze ababwira ati: “Umutima wanje uri n’intuntu nyinshi cane, imwe yo kunyica+. Sigare ng’aha, mugumane maso nanje+.”
38 Maze ababwira ati: “Umutima wanje uri n’intuntu nyinshi cane, imwe yo kunyica+. Sigare ng’aha, mugumane maso nanje+.”