Matayo 20:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nk’uko Umwana w’umuntu yaje, atari kugira akorerwe, ariko kugira akorere abandi+, no kugira atange ubuzima bwiwe bwa ncungu* ya benshi+.” Abaroma 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko mu vy’ukuri igihe twari tukiri abagoyagoya+ ari ho Kristu yapfiriye abatibanga Imana, ku gihe cashinzwe+. Abaroma 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kuko nk’uko benshi+ bagizwe abacumuzi bivuye ku bugambarazi bw’umuntu umwe, ni na ko benshi+ bazogirwa abagororotsi+ bivuye ku bugamburutsi+ bwa wa muntu umwe.
28 Nk’uko Umwana w’umuntu yaje, atari kugira akorerwe, ariko kugira akorere abandi+, no kugira atange ubuzima bwiwe bwa ncungu* ya benshi+.”
6 Kuko mu vy’ukuri igihe twari tukiri abagoyagoya+ ari ho Kristu yapfiriye abatibanga Imana, ku gihe cashinzwe+.
19 Kuko nk’uko benshi+ bagizwe abacumuzi bivuye ku bugambarazi bw’umuntu umwe, ni na ko benshi+ bazogirwa abagororotsi+ bivuye ku bugamburutsi+ bwa wa muntu umwe.