ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 119:176
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 176 Nangaye nk’intama yazimiye+. Yoo! rondera umusavyi wawe+,

      Kuko ntibagiye amabwirizwa yawe+.

  • Ezekiyeli 34:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Intama zanje zagumye zizimira ku misozi yose no ku murambi wose ukirurutse+; intama zanje+ zasanzarijwe kw’isi yose, ntihagira n’umwe aja kuzirondera, ntihagira n’umwe yitaho kuzirondera.

  • 1 Petero 2:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kuko mwari nk’intama, muriko murazimira+; ariko ubu mwaragarutse kuri wa mwungere+ akaba n’umucungezi w’ubuzima bwanyu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika